All posts by Frankpro Show Live
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
IMANA YAHAYE IKIBONDO UMURIRIMVYI APOLLINAIRE HABONIMANA IVYISHIMO NI VYOSE
Umuriririmvyi rurangairanwa mundirimbo zihimbazana Imana yanasizwe amavuta ya Mpwemu Yera ibihe bidashira akiri hano kw’isi uwo s’uwundi ni...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
UMURIRIMVYI GN AHIMBAZA IMANA BUCA ASHIRA AHABONA CLIP VIDEO NDAMUKUNDA IVYAVUZWE NAWE
GN n’umuririmvyi aririmba indirimbo zihimbaza Imana mugihugu c’uburundundi akaba ari n’umurundi aramaze gukora indirimbo zitari nke mugihe amaze...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
MBEGA BASHA BIG FIZZO KO YAKOZE VIDEO WHAT’S MY NAME UBWO IZEREKANWA KURI TV Z’UBURUNDI ?
Igihangane mu muziki w’uburundi umuririmvyi BIG FIZZO akomeje gukunda n’abantu barenga umuriyoni w’abarundi benshi cane mugukundwa ibikorwa akora...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
SAT – B UMENEZERO NIWOSE UMUKURU WA FRODEBU LEONCE NGENDAKUMANA YAMUSHIGIKIYE
Imboneka rimwe mu muziki w’uburundi bwacu uno munsi wa gatatu ntiho umuririmvyi SAT – B y’aramuka ashira ahabona...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
UMUHANZIKAZI NYARWANDA BUTERA KNOWLESS YASHIZE AHABONA VIDEO” TULIA” YIREBE
Umuhanzikazi BUTERA KNOWLESS ukomeye cane yaramaze ihihe kinini ariko aratunga Video ye nshasha y’indirimbo yise TULIA aramenyesha abantu bose...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
CHUWUWA HEINEKEN By MCMELLO NI CLIP VIDEO NSHASHA YAYIKOREYE MUGIHUGU MURI CANADA
Umuririmvyi MCMELLO mugihe haciye amezi ashika kurabiri yaratanguye gukora CLIP VIDEO yiwe nshasha y’indirimbo CHUWUWA HEINEKEN yamaze kuyishira...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
INDIRIMBO NSHASHA YA JIJI SEVEN YEMEZA KO ARI UMURUNDI 100% Y’UMVIRIZE
Ndumurundi By Jiji Seven JIJ SEVEN arabatera akamo avuga ngo: iyo n’indirimbo ya patriotisme,ndashakako abarundi twese twishimira igihugu...
-
Frankpro Show Live | November 4, 2014
REDEMPTION VOICE na PRINCE MSHINDI BARIKO BARAHERAHEZA “CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO WARAKOZE”
Umurwi ukunze cane gose mugihugu c’uburundi bwacu usanzwe uririmba indirimbo zihimbaza Imana arizo GOSPEL uzwi kw’izina rya REDEMPTION...
-
Frankpro Show Live | November 4, 2014
UMURIRIMVYI KOOK – K MUKURYOHERA ABA FANS BIWE NGO NDABAHE Clip video I’m Feeling SOMA WUMVE
Uno munsi wa kabiri ntiho umuririmvyi KOOK – K yashira ahabona ibiranga Clip Video yiwe itarashobora kuja ahabona...
-
Frankpro Show Live | November 4, 2014
Video nshasha y’umuganda NICO MP na BIG FIZZO w’umurundi yirabe
Wyn Up By NICO MP Ft BIG FIZZO ( Promted FRANKPRO)