Burundi
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
ALINE VYUKA AZOHEZAGIRA ABANTU BARI AMERICA MURI LAUNCH ALBUM NISALAMA K’UMUNSI WA GATANDATU NOV.8.2014
Bantu b’Imna muba mugihugu ca Leta Nzuze ubumwe za America mwarateguriye imigisha n’imihezagiro y’Imana ku munsi wa gatandatu...
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
CHRIS DIZZO AZITABIRA IGITERAMO C’UMURIRIMVYIKAZI CHILOLE from TZ ABO MURI CAP TOWN KAZE MWESE
Mugihugu ca Africa du Sud gisanzwe kibamwo umuririmvyi w’umurundi anzwi cane mu muziki w’uburundi gukora indirimbo nyinshi cane...
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
LOLILO YARAJE KW’ISABUKURU Y’AMAVUKO KWA CHANY QUEEN RABA IVYABAYE
Kw’itariki 3/11/2014 ku munsi wa mbere ntiho haramuka urubanza rudasanzwe rw’umuririmvyikazi CHANY QUEEN muguhimba isabukuru y’amavuko yiwe ivyashoboye...
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
IMANA YAHAYE IKIBONDO UMURIRIMVYI APOLLINAIRE HABONIMANA IVYISHIMO NI VYOSE
Umuriririmvyi rurangairanwa mundirimbo zihimbazana Imana yanasizwe amavuta ya Mpwemu Yera ibihe bidashira akiri hano kw’isi uwo s’uwundi ni...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
UMURIRIMVYI GN AHIMBAZA IMANA BUCA ASHIRA AHABONA CLIP VIDEO NDAMUKUNDA IVYAVUZWE NAWE
GN n’umuririmvyi aririmba indirimbo zihimbaza Imana mugihugu c’uburundundi akaba ari n’umurundi aramaze gukora indirimbo zitari nke mugihe amaze...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
SAT – B UMENEZERO NIWOSE UMUKURU WA FRODEBU LEONCE NGENDAKUMANA YAMUSHIGIKIYE
Imboneka rimwe mu muziki w’uburundi bwacu uno munsi wa gatatu ntiho umuririmvyi SAT – B y’aramuka ashira ahabona...
-
Frankpro Show Live | November 4, 2014
REDEMPTION VOICE na PRINCE MSHINDI BARIKO BARAHERAHEZA “CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO WARAKOZE”
Umurwi ukunze cane gose mugihugu c’uburundi bwacu usanzwe uririmba indirimbo zihimbaza Imana arizo GOSPEL uzwi kw’izina rya REDEMPTION...
-
Frankpro Show Live | November 4, 2014
UMURIRIMVYI KOOK – K MUKURYOHERA ABA FANS BIWE NGO NDABAHE Clip video I’m Feeling SOMA WUMVE
Uno munsi wa kabiri ntiho umuririmvyi KOOK – K yashira ahabona ibiranga Clip Video yiwe itarashobora kuja ahabona...