Gospel
-
Frankpro Show Live | November 7, 2014
UMUMENYESHAMAKURU EDDY KAMOSO VUBA ARASHIRA AHABONA CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO YISWE Ishure ry’Imana
Inyuma yaho EDDY KAMOSO umumenyeshamakuru w’iradiyo REMA F.M akanongera akaba n’umuririmvyi ahimbaza Imana mu kuyiririmba asohoreye Clip Video...
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
NASIBU BAUNI CHANCE YARANGIJE GUKORA CLIP VIDEO “I WILL LIVE “AKABA YAYIKORANYE NA GABBY KAMANZI WO MU RWANDA
NASIBU BAUNI CHANCE n’umuririmvyi aririmba indirimbo zihimbaza Imana aheruka gusubiramwo indirimbo yiwe SINZOPFA NZOBAHO yakoranye n’umuririmvyi ADORA UWIMANA...
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
ALINE VYUKA AZOHEZAGIRA ABANTU BARI AMERICA MURI LAUNCH ALBUM NISALAMA K’UMUNSI WA GATANDATU NOV.8.2014
Bantu b’Imna muba mugihugu ca Leta Nzuze ubumwe za America mwarateguriye imigisha n’imihezagiro y’Imana ku munsi wa gatandatu...
-
Frankpro Show Live | November 6, 2014
IMANA YAHAYE IKIBONDO UMURIRIMVYI APOLLINAIRE HABONIMANA IVYISHIMO NI VYOSE
Umuriririmvyi rurangairanwa mundirimbo zihimbazana Imana yanasizwe amavuta ya Mpwemu Yera ibihe bidashira akiri hano kw’isi uwo s’uwundi ni...
-
Frankpro Show Live | November 5, 2014
INDIRIMBO NSHASHA YA JIJI SEVEN YEMEZA KO ARI UMURUNDI 100% Y’UMVIRIZE
Ndumurundi By Jiji Seven JIJ SEVEN arabatera akamo avuga ngo: iyo n’indirimbo ya patriotisme,ndashakako abarundi twese twishimira igihugu...