Burundi Music
-
shemeza | February 17, 2016
New Video: Turwanye Urwanko – Bahati Jackson {Burundi Music}
-
Frankpro Show Live | November 19, 2014
DJ PRO aramenyesha aba fans biwe bose bitegurire vuba CLIP VIDEO TOUCH ME raba uko biteguye
Ngo akaryoshe ntigahora mwitama bikaba bivungwa n’umuririmvyi DJ PRO adasanzwe mu muziki w’uburundi afise ibikorwa vyiza mu kunezereza...
-
Frankpro Show Live | November 12, 2014
SPOK’S YAMAZE GUSHIRA AGAHABONA CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO UTAYAONA RABA UKUNTU BAYIKOZE NEZA CANE
SPOK’S ashize ahabona indrimbo yitwa UTAYAONA yakorewe muri STUDIO UMUCO RECORDS yamaze gushira ahabona CLIP VIDEO y’indirimbo Utayaona...
-
Frankpro Show Live | November 11, 2014
Imana buryango ni besha isezeranye irashitsa menya ukuntu ALINE VYUKA yahezagiye abantu muri LUNCK ALBUM NI SALAMA
Abantu bari baje mugiteramo c’umuririmvyikazi ALINE VYUKA bararose ibitangaza n’imihezagiro y’imana bakuye mundirimbo za ALBUM NI SALAMA yiwe...
-
Frankpro Show Live | November 8, 2014
MASTERLAND PRO hamwe na SAMANTHA BATANGUYE IMYITEGURA YA CLIP VIDEO YITWA Fantastic
Umuririmvyi akanongera akaba umuhinyanyuzi MASTERLAND PRO yatanguye gukora Clip Video y’indirimbo yitwa Fantastic yakoranye n’umuririmvyikazi SAMANTHA bakaba batanguye imyiteguro...
-
Frankpro Show Live | November 7, 2014
UMUMENYESHAMAKURU EDDY KAMOSO VUBA ARASHIRA AHABONA CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO YISWE Ishure ry’Imana
Inyuma yaho EDDY KAMOSO umumenyeshamakuru w’iradiyo REMA F.M akanongera akaba n’umuririmvyi ahimbaza Imana mu kuyiririmba asohoreye Clip Video...
-
Frankpro Show Live | November 7, 2014
LA CHANSON DE LA SEMAINE MAMA By BIG FIZZO ( FIN DU SEMAINE ) URURINDIMBO RUHARIWE INDWI MAMA ya BIG FIZZO
BIG FIZZO BURUNDIANO akuzaniye akaririmbo keza cane gose akaba agatuye aba MAMA bose aho bari hose. BIG FIZZO...