General Music
-
Frankpro Show Live | November 22, 2014
Hasigaye ukwezi kumwe MURYA WINANGA n’umugore wiwe GODE bashire ahabona ALBUM nshasha bashoboye kugira ico bayivuze ko
Muri kigihe turimwo hariko harakoreka igikorwa kidasanzwe hagati y’umuririmvyi wurunganwe rwakera yitwa MURYA WINANGA arikumwe n’umugore wiwe yitwa...
-
Frankpro Show Live | November 22, 2014
CHANY QUEEN arabwiye abantu bose batemera ko BIG FIZZO arumbere mu muziki w’uburundi bavyemere canke ni bavyemereFIZZO azoguma aruwambere
Yitwa CHANY QUEEN aravuga ngo: Unkunde canke ureke FIZZO azoguma aruwambere mu muziki w’uburundi ndabivuze bnkundo ndi CHANY...
-
Frankpro Show Live | November 20, 2014
Biramubabaje DJ PRO agiye kwitwarira JB MKUBWA mukumushira kuri AFFICHE ya CONCERT atabifitiye uruhusha mbega azohanwa?
Birashoboka ko umuntu yitwa JB MKUBWA asanzwe akina bimwe bita MOVIE agiye kuzokwitaba ubutungane bukwirikirana umuziki w’uburundi...
-
Frankpro Show Live | November 20, 2014
Indiririmbo nshasha REST IN PEACE DOCTOR JACK irimba aba 20 ARTISTS Burundi
Kubura kw’umuhinyanyuzi DR. JACK PRO ahitanwe n’upfu rwa giturumbuka yakorera mu Cibitoke i Bujumbura muri Studio Golden Records.Abaririmvyi...
-
Frankpro Show Live | November 19, 2014
SOMA AMAJAMBO SMALL DOGG LE PYGME YAVUZE KUBA RAPEUR BAGENZIWE MKOMBOZI na T – MAX & BIG FIZZO
Aho twaramutse turondera Umuriririmvyi LE PYGME SMALL DOG yabazwa n’ikinyamakuru cacu ivyo ariko arategurira abakunzi biwe,twongera tumubaza igituma...
-
Frankpro Show Live | November 18, 2014
Free Promotion / NEW TRACK 2015 NIKO SAWA By BIG FIZZO BURUNDIANO / y’umvirize nawe
Umuziki NIKO SAWA warurindiranwe igiinshika cinshi n’abakunzi b’umuziki w’uburundi igihe bumvise ko igihangange mu muziki w’uburundi BIG FIZZO...
-
shemeza | November 18, 2014
The Audio is now Available: Shemeza by Sat-B (Afro Shemeza Company)
Right Click and save link as clika kuriyo link ukoreshej “right click” kugira ushobore kudaunilodi urwo ruririmbo
-
Frankpro Show Live | November 16, 2014
Free Promotion – CLIP VIDEO nshasha yitwa AMAGORWA REMIX ya N T Khadafi Ft Daniela bayishize ahabona!
N T Khadafi na Daniela inyuma yaho bashikirije aba fans babo bakunda cane umurwi OVERDO TIME bashiyishize ahabona...
-
Frankpro Show Live | November 15, 2014
Isozerwa ry’ikiriyo ca DR. JACK PRO umuririmvyi DJ PRO yagize ico abwira bagenziwe babaririmvyi soma inkuru yose
Umuririmvyi DJ PRO mwakunze cane Clip Video yiwe yakoranye na SAT – B hamwe na MKOMBOZI asubiyemwo indirimbo...
-
Frankpro Show Live | November 15, 2014
Shemezaclouds.com IKUZANIYE Suzana 2 full Burundian movie 2014 raba ukuntu wo kwirinda abavyeyi bakubuza umukobwa wakunze
Inyuma yaho abakinye MOVIE SUZANA igice ca mbere bakuzaniye SUZANA igice ca kabiri yirabe neza urakuramwo impanuro canecane...