
LOLILO yaraye avuze ukuri mugihe abantu bari bazi yuko bagiye kuraba ihiganwa hagati yiwe na BIG FIZZO raba amafato yavyo
Haraye hamenyekanye ukuri mugihe abakunzi b’umuziki w’uburundi bari bafitiye igishika cinshi ihiganwa ryavungwa ko rihuza umuririmvyi LOLILO na BIG FIZZO vyaraye bihindutse imbere yaba fans b’umuziki w’uburundi wabo baririmvyi babiri LOLILO na BIG FIZZO. Hakaba muri CONCERT WHO IS THE BEST, hari ejo hahise itariki 16/11/2014 ahitwa ALPHA CD TECHNOLOGY imbere y’uko umuririmvyi LOLILO atangura kuririmba hahejeje BIG FIZZO yarashoboye gushikiriza ijambo nyamukuru aba fans aribenshi cane akaba yavuze imbere yabo ati jewe nabwo naje guhiganwa ahubwa naje kubateramisha. Ivyo jambo rikaba ryavuzwe na LOLILO abumvisha abantu bose baje ko ataje guhiganwa na mugenzi BIG FIZZO ahubwo yari yaje kubateramisha nkuko ya CONCERT atari ihiganwa kuri LOLILO.
Ico giteramo cari citiriwe WHO IS THE BEST NANI MKALI kiba yaraye kigenze neza cane gose aho baririmvyi bose bari baje guteramisha abakunzi b’umuziki bavuyeyo baryohewe cane gose kandi cari igiteramo cuzuyemwo abantu benshi ccane barenga 500.0000 vyerekanye ko abarundi n’abarundikazi basigaye bakunda umuziki w’uburundi ariko ntaho baje ari benshi bobo baje bazi y’uko haza kuba ihiganwa hagati ya LOLILO na BIG FIZZO basanzwe bashikigiye vyarahindutse bamaze gushika yo kuko LOLILO wewe imbere yo kuririmba yivugiye ngo nabwo yaje guhinganwa na BIG FIZZO yaje guteramisha igiteramo.
AMAFOTO YARANZE IGITERAMO WHO IS THE BEST NANI MKALI?

Abakunzi b’umuziki w’uburundi baje basidukanye iyonka ngo baje kuraba ihiganwa hagati ya LOLILO an BIG FIZZO ariko siko vyagenze

MUSINGWA MUSANGWA umuririmvyi UNCLE CRAZY nawe nyene yarishikiye muguteramisha abakunzi b’umuziki murico giteramo twobabwira ko yabaryohewe cane gose mu kuririmba birenze

Umuririmvyi BLACK – G AFRICANO nawe nyene ntiyavyoroheje mukwatsa umuriro mundirimbo ziwe ziryoheye abakunzi benshi b’umuziki

Umuririmvyi EMRY SUN we twovuga ko indirimbo WAWUNDI yabiciye biracika imbere y’akunzi b’umuziki insinzi ryabo

Umurwi w’abaririmvyi 2 hamwe n’umuririmvyikazi 1. R. FLOW , CHANY QUEEN , BAM’S nabo bararerekanye ubuhinga budasanzwe

Umuririmvyi HAPPY FAMBA wewe yaje azanye umuntu yakoze ibintu biteye ubwoba imbere y’abakunzi b’umuziki w’uburundi nkuko mubibona kw’ifoto mukwatsa umucanwa