The Latest
-
News
shemeza | March 13, 2017Erdogan: ” Ubuholande Buzokwishura Ku vyo Bwakoze”
Perezida wa Turukiya Recep Tayyip Erdogan yabwiye Abaholande kur’uyu w’Imana ko bazoriha ikiguzi inyuma y’aho bankiye umushikiranganji w’imigenderanire...
-
News
shemeza | March 13, 2017Haiti: Abantu 34 Barishwe na Bus muri Hayiti
Muri Hayiti, abantu bashika 34 barapfuye bishwe na bus yabasanze aho bari mukigwi mugisagara ca Gonaives kur’uyu w’Imana....
-
News
shemeza | March 13, 2017Etiyopiya: Abashika 46 Barapfuye Baguweko n’Umusozi w’Umwavu
Abategetsi ba Etiyopiya batangaza ko abantu bashika 46 bapfuye baguweko n’umusozi w’umwavu mu micungararo y’umurwa mukuru Addis Abeba...
-
News
shemeza | March 12, 2017Burundi: The killer of Major Dieudonné Karashira sentenced to 20 years in prison
A member of the rank of Master Corporal sentenced to 20 years in prison by the Muyinga TGI...
-
News
shemeza | March 12, 2017USA: Amerika Isabwa Kugaruka mu Biganiro vya Afuganistani
Igihugu c’Uburusiya gisaba ko Reta Zunze Ubumwe za Amerika yokwinjira mu biganiro vyo kugarukana amahoro muri Afuganistani. Ivyo...
-
News
shemeza | March 12, 2017Koreya y’Epfo: Abanyagihugu Bahimbaje Ikomborwa rya Prezida
Muri Koreya y’Epfo, Park Geun-Hye, aheruka gukugwa mu mabanga y’Umukuru w’Igihugu ntaco yigeze atangaza ku bijanye n’iryo komborwa,...
-
News
shemeza | March 12, 2017Siriya: Ibitero vy’Abiyahuzi Vyahitanye Abantu 40
Umugwi uharanira agateka ka zina muntu, usanzwe ukurikiranira hafi ibibera muri Siriya watangaje ko abantu bashika kuri mirongo...
-
Burundi
shemeza | March 11, 2017Burundi: Ibiziga vy’ abantu babiri vyatowe muri Komine Kirundo
Ku rugabano rw’umutumba wa Mutara n’uwa Mwenya, niho ibiziga bibiri vy’abagabo vyatowe. Abanyagihugu bo ku mutumba wa Mutara...