The Latest
-
Burundi
shemeza | March 4, 2017Burundi: Mu ntara ya Ruyigi Igitoro cakenye
Murino misi ngw’ igitoro kirakenye mu ntara ya Ruyigi. Ama station adandaza ibitoro vyinshi araguyaye, n’ abaronka igitoro...
-
News
shemeza | March 4, 2017USA: What Trump Gets Right on Trade
WASHINGTON — Whatever confusion people might have about President Trump’s agenda, his position on trade and manufacturing is...
-
Burundi
shemeza | March 4, 2017Burundi: Muri Cibitoke Batatu nibo bamaze gupfa kumvo y’ uburaro bubi
Abana batatu bitavye Imana kubera uburaro bubi ni abo muri site Gateri iherereye muri komine ya Buganda y’intara...
-
Burundi
shemeza | March 3, 2017Tanazania: Mu mkambi y’ impuzi z’ abarundi muri Tanzania hafatiwemwo ibigwanisho
Igipolisi ca Tanzania cashize ahabona ivyavuye mw’isakwa ry’ibirwanisho rimaze iminsi riba mw’I kambi y’impunzi z’abarundi ya Mtendeli mu...
-
Burundi
shemeza | March 2, 2017Burundi: We are ready for war’ – Burundi’s rebel groups and how they plan to topple President Nkurunziza
As Burundi’s deadly conflict entered its 20th month, IBTimes UK spoke to a leading figure within the armed...
-
Burundi
mugisha | March 2, 2017Umurwi wa ONU ujejwe amatohoza ku Burundi usaba uwufise ico azi kugishikiriza
Umurwi w’ishirahamwe mpuzamakungu ONU ujejwe amatohoza ku Burundi usaba uwufise ico azi kw’ihungabanywa ry’agateka ka zina muntu mu...
-
Burundi
mugisha | March 2, 2017Kayanza: Abadandaza bagiriza ikigo OBR ko kibarihisha amakori y’umurengera
Abadandaza bo mu ntara ya Kayanza baragiriza abakozi b’ikigo kijejwe kwegeranya amakori n’amatagisi OBR ko babarihisha amakori y’umurengera...
-
News
shemeza | March 1, 2017USA: Ijambo Rya mbere Donald Trump Ishikirije imbere y’ Inama ya Congress
Mw’ijambo ryiwe rya mbere, imbere y’Inama nshingamateka na nkenguzamateka, k’umugoroba wo kur’uyu wa kabiri, Prezida Donald Trump wa...