The Latest
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 28, 2014Asalamaleko n’indirimbo igikorwa ikazoja ahabona 2015 y’umu rap Taylo-Six akora hip hop style americain
Umuririmvyi Taylo-Six twovuga ko akiriko arazamuka mu muziki w’uburundi bwacu akora umudiho wa hip hop style Americain n’umwe mirwaruka...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 28, 2014INARUNYONGA birambaza cane gose kubona indirimbo yanje SUGAR DADDY
Umuririmvyikazi INARUNYONGA arababazwa cane gose n’abamenyeshamakuru bakora kumaradiyo ( RADIO ) n’imboneshakaure ( TV ) yo ngaha mu...
-
Burundi Soccer
shemeza | November 27, 2014UMUSI UGIRA 12 WA PRIMUS LIGUE
Ku magenekerezo ya 25/26 Monyonyo 2014 ni ho ihiganwa Promus League ryari ku musi ugira 12, bikaba vyari...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 27, 2014inkuru utokwirengagiza gusoma – ” Sat – B kubera umubabaro w’abantu baguma baha uburozi umwana wiwe abwira bamutangurire ko ” menya vyinshi
Birakomeye mugisagara ca Bujumbura mu KANYOSHA imuhira kugihangange mu muziki w’uburundi umuririmvyi SAT – B arafise umubabaro udasazwe...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 27, 2014” Mbega waruzi ko ALIDA BARANYIZIGIYE narakijijwe gospel niyondirimba gusa.” Ikiganiro yatanze kwa FRANCK PRO gikwirikirane
Inkuru nziza kuba fans b’umuririmvyikazi ALIDA hamwe n’abakunzi b’umuziki w’uburundi twobabwira ko ALIDA BARANYIZIGIYE yamaze gusezera kuririmba indirimbo...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 26, 2014R.I.P Soso – K yagandaguwe itariki 26/11/2006 iyibukwa ryiwe nuno munsi itariki 26/11/2014 twese hamwe twibuke ibikorwa vyiwe
Icivugo c’uno munsi wa gatatu iraiki 26/11/2014 kivuga ngo YARI INTWARI MU MUZIKI W’UBURUNDI R.I.P Soso – K yagandaguwe...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 26, 2014Ubutigu burageze -Ndefuvision Organization ishaka abayifata mumugongo mukwitanga kugirango baze bafashe abana b’impfuvyi
Inyuma yaho umwigeme MELLY ANGELO arongeye DEFUVISION akoze igikorwa kidasanzwe cogufasha abana b’impfuvyi mugihugu camwibarutse arico uburundi bwacu...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 25, 2014Uburundi bwacu burasubiriye guterwa iteka aho NATACHA umuririmvyikazi wacu yaje azanye itsinzi mu muziki w’uburundi
IMBERE Y’UKO USOMA AYA MAKURU ATEYE IGOMWE MU MUZIKI W’UBURUNDI BWACU BANZA URABE IYO CLIP VIDEO Y’INDIRIMBO U...