The Latest
-
General Music
Frankpro Show Live | November 23, 2014Umunsi udasanzwe umuririmvyikazi THITY LOVE afise Birthday aratumira aba fans biwe bose
Umuririmvyikazi THITY LOVE inyuma yaho yibarutse umwana w’umukobwa , uyu munsi nusazwe kuri we ntiho aramuka ahimbaza isabukuru...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 23, 2014shemezaclouds.com – Raba TOP 11 MUSIC GOSPEL BURUNDI 2014 ibafashe kubahezagira aho muri hose uno mwanya
Indirimbo cumi n’imwe zo guhimbaza Imana. Ikaba yatoye indirimbo z’itandukanye za baririmvyi bo mu Burundi hamwe na basanzwe...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 22, 2014Hasigaye ukwezi kumwe MURYA WINANGA n’umugore wiwe GODE bashire ahabona ALBUM nshasha bashoboye kugira ico bayivuze ko
Muri kigihe turimwo hariko harakoreka igikorwa kidasanzwe hagati y’umuririmvyi wurunganwe rwakera yitwa MURYA WINANGA arikumwe n’umugore wiwe yitwa...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 22, 2014Amabanga 10 atuma umuririmvyi w’umurundi adatera imbere ntaho yokora indirimbo zingana gute zigakundwa iwabo mugihugu gusa atahandi?
Urutonde kw’amabanga 10 atuma umuririmvyi w’umurundi canecane adatera imbere mukazi ku muziki akora akamenyekana ibulaya hariho imvo nyinshi...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 22, 2014SPOK’S , WAWA VG MAN , LE PYGME SMALL DOGG mbega bateguriye iki aba fans bakunda indirimbo zabo?- bimenya ngaha
Mbega n’igiki coba catumye abaririmbi batatu bakunzwe cane mugihugu c’uburundi bwacu n’ahandi mubindi b’ihugu mu muziki wabo bakora...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 22, 2014CHANY QUEEN arabwiye abantu bose batemera ko BIG FIZZO arumbere mu muziki w’uburundi bavyemere canke ni bavyemereFIZZO azoguma aruwambere
Yitwa CHANY QUEEN aravuga ngo: Unkunde canke ureke FIZZO azoguma aruwambere mu muziki w’uburundi ndabivuze bnkundo ndi CHANY...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 21, 2014Mbega SAT – B ko yatumiwe na KIDUM KIBIDO muri Birthday Concert i Kigali ubwose ninde azoryohera aba fans woshaka menya vyinshi ngaha?
Mwari mubizi ko itariki 28/11/2014 mugihugu c’u Rwanda hazoba igiteramo citwa BIRTHDAY CONCERT kizobera muri SERENA HOTEL categuwe...
-
General Music
Frankpro Show Live | November 20, 2014Biramubabaje DJ PRO agiye kwitwarira JB MKUBWA mukumushira kuri AFFICHE ya CONCERT atabifitiye uruhusha mbega azohanwa?
Birashoboka ko umuntu yitwa JB MKUBWA asanzwe akina bimwe bita MOVIE agiye kuzokwitaba ubutungane bukwirikirana umuziki w’uburundi...