The Latest
-
General Music
Frankpro Show Live | November 7, 2014SAT – B :”NDAKUMBUYE IMUHIRA I BURUNDI UMUNSI NZOZA NZOBACA AMAZI KURI STAGE MURAGABE”
Ibintu bigiye kuranga aho umuririmvyi SAT – B yaraye atanze ubutumwa buciye kuri FRANK PRO SHOW LIVE aramutsa...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 7, 2014T – MAX ARASHIMIRIRA CANE GOSE UMURIRIMVYI DR. CLAUDE MUKUZA KUMURABA INYUMA Y’ISANGANYA YAKOZE
Haraheze iminsi itari mike umuririmvyi akomeye cane mu muziki w’uburundi bwacu benshi muziki mundirimbo nyinshi cane gose kandi...
-
Burundi Music
Frankpro Show Live | November 7, 2014LA CHANSON DE LA SEMAINE MAMA By BIG FIZZO ( FIN DU SEMAINE ) URURINDIMBO RUHARIWE INDWI MAMA ya BIG FIZZO
BIG FIZZO BURUNDIANO akuzaniye akaririmbo keza cane gose akaba agatuye aba MAMA bose aho bari hose. BIG FIZZO...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 6, 2014NASIBU BAUNI CHANCE YARANGIJE GUKORA CLIP VIDEO “I WILL LIVE “AKABA YAYIKORANYE NA GABBY KAMANZI WO MU RWANDA
NASIBU BAUNI CHANCE n’umuririmvyi aririmba indirimbo zihimbaza Imana aheruka gusubiramwo indirimbo yiwe SINZOPFA NZOBAHO yakoranye n’umuririmvyi ADORA UWIMANA...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 6, 2014ALINE VYUKA AZOHEZAGIRA ABANTU BARI AMERICA MURI LAUNCH ALBUM NISALAMA K’UMUNSI WA GATANDATU NOV.8.2014
Bantu b’Imna muba mugihugu ca Leta Nzuze ubumwe za America mwarateguriye imigisha n’imihezagiro y’Imana ku munsi wa gatandatu...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 6, 2014CHRIS DIZZO AZITABIRA IGITERAMO C’UMURIRIMVYIKAZI CHILOLE from TZ ABO MURI CAP TOWN KAZE MWESE
Mugihugu ca Africa du Sud gisanzwe kibamwo umuririmvyi w’umurundi anzwi cane mu muziki w’uburundi gukora indirimbo nyinshi cane...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 6, 2014LOLILO YARAJE KW’ISABUKURU Y’AMAVUKO KWA CHANY QUEEN RABA IVYABAYE
Kw’itariki 3/11/2014 ku munsi wa mbere ntiho haramuka urubanza rudasanzwe rw’umuririmvyikazi CHANY QUEEN muguhimba isabukuru y’amavuko yiwe ivyashoboye...
-
Burundi
Frankpro Show Live | November 6, 2014IMANA YAHAYE IKIBONDO UMURIRIMVYI APOLLINAIRE HABONIMANA IVYISHIMO NI VYOSE
Umuriririmvyi rurangairanwa mundirimbo zihimbazana Imana yanasizwe amavuta ya Mpwemu Yera ibihe bidashira akiri hano kw’isi uwo s’uwundi ni...