All posts tagged "Burundi News"
-
shemeza | March 17, 2017
Burundi: Imvura Nyinshi Mu Gisagara Ca Bujumbura
-
约翰·麦凯 | March 17, 2017
Burundi: Abanyeshure Batanu Bo Kuri Kaminuza Bahagaritswe
Ejo kuwa kane itariki 16/03/2017, abanyeshure batanu bo kuri kaminuza bafatiwe ku murwa mukuru Bujumbura Bari bazindutse bitaba...
-
shemeza | March 16, 2017
Health: Burundi declares epidemic of malaria
Malaria officially becomes an outbreak in Burundi. A statement read Monday by the Minister of Public Health and...
-
约翰·麦凯 | March 15, 2017
Malaria Yabaye ‘Ikiza’ Mu Burundi
Josiane Nijimbere, Umushikiranganji w’amagara y’abantu n’ukurwanya Umugera wa SIDA yaratangaje ku musi wa mbere itariki 13/03/2017 ko indwara...
-
shemeza | March 14, 2017
Breaking News: Imvura Yasenyuye Amazu Arenga 100 mu Burundi
Imvura nyinshi irimwo urubura n’umuyaga yarononye ibitari bike mu mitumba itandukanye mu ntara ya Bubanza. Imitumba itatu igize...
-
shemeza | March 13, 2017
Burundi: Rwasa Yemeza Ko Abanywanyi Be Bahohoterwa
Abanywayi b’umugambwe FNL uramutswa Agathon Rwasa akaba n’icegera ca mbere c’umukuru w’inama nshingamateka bamaze iminsi batabwa muri yompi...
-
shemeza | March 13, 2017
Etiyopiya: Abashika 46 Barapfuye Baguweko n’Umusozi w’Umwavu
Abategetsi ba Etiyopiya batangaza ko abantu bashika 46 bapfuye baguweko n’umusozi w’umwavu mu micungararo y’umurwa mukuru Addis Abeba...
-
shemeza | March 12, 2017
Burundi: The killer of Major Dieudonné Karashira sentenced to 20 years in prison
A member of the rank of Master Corporal sentenced to 20 years in prison by the Muyinga TGI...
-
shemeza | March 11, 2017
Burundi: Ibiziga vy’ abantu babiri vyatowe muri Komine Kirundo
Ku rugabano rw’umutumba wa Mutara n’uwa Mwenya, niho ibiziga bibiri vy’abagabo vyatowe. Abanyagihugu bo ku mutumba wa Mutara...
-
shemeza | March 10, 2017
Inter-Burundi Dialogue: Burundi Parliament asks CNDI to get in touch with Mkapa
Internal dialogue is nearing completion and another dialogue, the Arusha dialogue, continues under the aegis of the Mkapa...