Tuributsa abantu Bose ko Gusoz’ikiriyo ca Dr Jack ar’ejo igenekerezo rya 15/11/2015 isaha cumi kuri 5/5 mu Bwiza
Itangazo ryihuta ubunyene twashaka tubamenyeshe ko ejo ku munsi wa gatandatu itariki 15/11/2014 ntiho hazoramuka hasozerwa ikiliyo ca nyakwigendera DR. JACK PRO twakunda cane mubikorwa yakora mu muziki w’uburundi , urwanda na Congo.Turabamenyesha ko ariho isozerwa ryanyuma rya DR. JACK turagusaba uzoze nkuko washoboye kwikubita agashi n’akigoro ukaza kumushingura kw’isozerwa ry’ikiliyo. Uzobikore nkuko wabikoze kuva kunango ntuzonaningwe nogusozera irya nyuma ikiliyo mugihe waje ku maziko yiwe.
Amakuru dukuye ku muririmvyi KOOK – K akaba n’umuhinyanyuzi bakoze hamwe na DR. JACK igihe kitari gito ashoboye gutera akamo yibutsa abantu bose ko bosubira kandi bakigora bakaza gusozera ikiliyo ca nyuma c’umuhisi DR. JACK ariko ntaho ari ikiliyo ca nyuma nabwo tuzomwibagira namba namba kumateka yasize akoze mugihugu c’uburundi bwacu n’ibihugu bibanyi RWANDA & CONGO .
1 Comment